-
Ivyakozwe 26:29Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
29 Pawulo aca avuga ati: «Ico nsaba Imana ni uko haba mu mwanya mutoyi canke munini, wewe n’abo bose banyumva uno musi mwoba nkanje, kiretse iyi minyororo.»
-