Ivyakozwe 27:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Twaciye twurira ubwato* bw’i Aduramutiyo bwagira buje ku bivuko biri ku nkengera y’intara ya Aziya, turagenda. Twari kumwe n’Umunyamasedwane w’i Tesalonika yitwa Arisitariko+. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 27:2 Nushinge intahe, rup. 203-204
2 Twaciye twurira ubwato* bw’i Aduramutiyo bwagira buje ku bivuko biri ku nkengera y’intara ya Aziya, turagenda. Twari kumwe n’Umunyamasedwane w’i Tesalonika yitwa Arisitariko+.