-
Ivyakozwe 27:5Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 Hanyuma duca hagati mu kiyaga iruhande ya Silisiya na Pamfiliya, maze duhagarara ku kivuko c’i Mira mu karere ka Lisiya.