-
Ivyakozwe 27:7Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
7 Maze haciye imisi itari mike tugenda bukebuke, dushika i Kinido bigoranye. Kubera ko umuyaga utadukundiye kubandanya, twaciye tugendera munsi ya Kirete kugira twikinge imiyaga, duca iruhande ya Salumone.
-