-
Ivyakozwe 27:10Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
10 ababwira ati: «Bagabo, ndabona yuko nitwabandanya uru rugendo hari ibiza kwononekara, habe n’uruhombo rukomeye ku mizigo n’ubwato eka mbere no ku buzima bwacu.»
-