Ivyakozwe 27:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ariko ya ntwazangabo yumvira uwutwara ubwato* na nyenebwo aho kwumvira Pawulo. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 27:11 Nushinge intahe, rup. 207