Ivyakozwe 27:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Haciye imisi myinshi ata zuba canke inyenyeri biboneka, n’igihuhusi gikaze* kidukubita, twaciye dutangura kwihebura, tubona ko tutazohakura agatwe. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 27:20 Nushinge intahe, rup. 207
20 Haciye imisi myinshi ata zuba canke inyenyeri biboneka, n’igihuhusi gikaze* kidukubita, twaciye dutangura kwihebura, tubona ko tutazohakura agatwe.