Ivyakozwe 27:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Haciye igihe kirekire ata co batamiye, Pawulo araheza ahagarara hagati muri bo, avuga ati: «Bagabo, iyo mwumvira impanuro yanje ntimuve i Kirete ngo mufate urugendo, ibi vyose ntivyari kwononekara canke ngo habe uru ruhombo+. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 27:21 Nushinge intahe, rup. 207-208
21 Haciye igihe kirekire ata co batamiye, Pawulo araheza ahagarara hagati muri bo, avuga ati: «Bagabo, iyo mwumvira impanuro yanje ntimuve i Kirete ngo mufate urugendo, ibi vyose ntivyari kwononekara canke ngo habe uru ruhombo+.