-
Ivyakozwe 27:27Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
27 Twageze mw’ijoro rigira 14 tukizungazungishwa n’umuyaga ku kiyaga ca Adiriya. Maze mu gicugu abasoza batangura kwicura yuko bagira bashike ahantu hari isi.
-