Ivyakozwe 27:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Mugabo abasoza barondera ingene bohunga ngo bave mu bwato. Bamanuriye mu kiyaga ka kato ko kwifashisha, bitwaje yuko bashaka gukorora inanga z’ubwato bazicishije ku gice c’imbere c’ubwato*.
30 Mugabo abasoza barondera ingene bohunga ngo bave mu bwato. Bamanuriye mu kiyaga ka kato ko kwifashisha, bitwaje yuko bashaka gukorora inanga z’ubwato bazicishije ku gice c’imbere c’ubwato*.