Ivyakozwe 27:39 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 39 Bumaze guca, ntibamenye aho hantu bari+, ariko barabona ko hari akagobe n’inkengera y’ikiyaga. Baciye biyemeza kugerageza gushikanayo ubwato.
39 Bumaze guca, ntibamenye aho hantu bari+, ariko barabona ko hari akagobe n’inkengera y’ikiyaga. Baciye biyemeza kugerageza gushikanayo ubwato.