Ivyakozwe 27:40 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 40 Nuko baca inanga z’ubwato, barazireka zigwa mu kiyaga. Muri ako kanya nyene babohora imigozi y’ingafe*, hanyuma bamaze kuduza igitambara c’imbere c’ubwato ngo umuyaga ugikubiteko, bagenda bagana iyo nkengera. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 27:40 Nushinge intahe, rup. 209
40 Nuko baca inanga z’ubwato, barazireka zigwa mu kiyaga. Muri ako kanya nyene babohora imigozi y’ingafe*, hanyuma bamaze kuduza igitambara c’imbere c’ubwato ngo umuyaga ugikubiteko, bagenda bagana iyo nkengera.