-
Ivyakozwe 27:43Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
43 Mugabo kubera ya ntwazangabo yashaka gukiza Pawulo, yarababujije gukora ico kintu. Yaciye itegeka abazi kwoga ngo basimbire mu mazi, babe ari bo batangura gushika i musozi.
-