Ivyakozwe 28:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Abantu baho* baratweretse umutima mwiza* w’akataraboneka. Baraducaniye umuriro bongera batwakira neza twese, kuko imvura yariko iragwa kandi hakaba hari imbeho. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 28:2 Nushinge intahe, rup. 209-210 Umunara w’Inderetsi,1/6/2002, rup. 16
2 Abantu baho* baratweretse umutima mwiza* w’akataraboneka. Baraducaniye umuriro bongera batwakira neza twese, kuko imvura yariko iragwa kandi hakaba hari imbeho.