-
Ivyakozwe 28:3Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
3 Mugabo igihe Pawulo yegeranya umuganda w’inkwi akazishira ku muriro, haciye hasokorokamwo imamba kubera ubushuhe, ica imata ku kuboko kwiwe.
-