-
Ivyakozwe 28:6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
6 Bobo bari biteze ko avyimba canke akagwa bukumbi. Bamaze umwanya muremure barindiriye bakabona nta co abaye, baca bahindura ivyiyumviro batangura kuvuga ko ari imana.
-