Ivyakozwe 28:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Se wa Pubiliyo yari ku musego arembejwe n’inyonko n’amacinya, hanyuma Pawulo yinjira iwe arasenga, amurambikako ibiganza aramukiza+. Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 28:8 Nushinge intahe, rup. 210
8 Se wa Pubiliyo yari ku musego arembejwe n’inyonko n’amacinya, hanyuma Pawulo yinjira iwe arasenga, amurambikako ibiganza aramukiza+.