-
Ivyakozwe 28:13Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
13 Maze tuva ng’aho turabandanya dushika i Regiyo. Haciye umusi umwe, havumbuka umuyaga wo mu bumanuko, hanyuma dushika i Puteyoli ku musi ugira kabiri.
-