17 Ariko haciye imisi itatu, atumako abantu bakurubakuru bo mu Bayuda. Bamaze gukorana, ababwira ati: «Bagabo benewacu, naho ata kibi nakoreye ihanga ryacu canke ngo nkore ibiteye kubiri n’imigenzo ya ba sogokuruza+, naragizwe imbohe i Yeruzalemu maze nshikirizwa Abaroma+.