-
Ivyakozwe 28:23Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
23 Baca bahana isango bazohurirako, hanyuma baza aho yaba ari benshi kuruta. Nuko kuva mu gitondo gushika ku mugoroba, abasigurira ivyo bintu mu kubabwira ivyerekeye Ubwami bw’Imana, ashinga intahe bimwe bishitse*. Yabigize kugira abajijure ngo bemere Yezu+, afatiye ku mategeko ya Musa+ no ku vyanditswe n’abahanuzi+.
-