Abaroma 2:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Kuko igihe abantu bo mu mahanga bakoze ivyo amategeko avuga kubera bisanzwe bibarimwo kandi ata mategeko bafise+, abo bantu baba berekanye ko muri bo hari amategeko, naho ata mategeko bafise. Abaroma Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:14 Umunara w’Inderetsi,15/10/2007, rup. 20-211/10/2005, rup. 121/5/2000, rup. 27
14 Kuko igihe abantu bo mu mahanga bakoze ivyo amategeko avuga kubera bisanzwe bibarimwo kandi ata mategeko bafise+, abo bantu baba berekanye ko muri bo hari amategeko, naho ata mategeko bafise.