Abaroma 2:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Nkako, ukugenyerwa*+ kugira akamaro igihe gusa ukora ivyo amategeko avuga+. Ariko nimba urenga amategeko, ukugenyerwa kwawe kuba gucitse ukutagenyerwa.
25 Nkako, ukugenyerwa*+ kugira akamaro igihe gusa ukora ivyo amategeko avuga+. Ariko nimba urenga amategeko, ukugenyerwa kwawe kuba gucitse ukutagenyerwa.