-
Abaroma 3:5Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 Ariko nimba ukutagororoka kwacu gushira ahabona ubugororotsi bw’Imana, tuvuge iki none? Imana yoba irenganya igihe yerekana uburake bwayo? (Ndiko mvuga nk’abantu.)
-