Abaroma 4:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Impembo y’umukozi ntibonwa ko ari ubuntu agiriwe, ahubwo ibonwa ko ari ikintu abwirizwa guhabwa*.