Abaroma 4:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 (Nakare vyanditswe ngo: «Nkugize se w’amahanga menshi+.») Ivyo vyabereye imbere y’Imana, imwe Aburahamu yizera, imwe ituma abapfuye baba bazima, ibitariho ikabivuga nk’aho vyoba biriho*.
17 (Nakare vyanditswe ngo: «Nkugize se w’amahanga menshi+.») Ivyo vyabereye imbere y’Imana, imwe Aburahamu yizera, imwe ituma abapfuye baba bazima, ibitariho ikabivuga nk’aho vyoba biriho*.