Abaroma 5:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Kuko nimba twasubijwe hamwe n’Imana biciye ku rupfu rw’Umwana wayo tukiri abansi+, hari akantu ubu tumaze gusubizwa hamwe na yo! Wumva none tutazorushiriza gukizwa n’ubuzima bwiwe?
10 Kuko nimba twasubijwe hamwe n’Imana biciye ku rupfu rw’Umwana wayo tukiri abansi+, hari akantu ubu tumaze gusubizwa hamwe na yo! Wumva none tutazorushiriza gukizwa n’ubuzima bwiwe?