Abaroma 5:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Si ivyo gusa, ariko kandi turanezererwa Imana biciye ku Mukama wacu Yezu Kristu. Biciye kuri we, ubu twarasubije hamwe n’Imana+.
11 Si ivyo gusa, ariko kandi turanezererwa Imana biciye ku Mukama wacu Yezu Kristu. Biciye kuri we, ubu twarasubije hamwe n’Imana+.