15 Mugabo ingabire y’Imana ntimeze nk’ico gicumuro. Abantu benshi barapfuye biciye ku gicumuro c’umuntu umwe, mugabo abantu benshi+ barungukiye cane ku buntu buhebuje bw’Imana no ku ngabire yayo ya gusa dukesha ubuntu buhebuje bwa wa muntu umwe+ Yezu Kristu.