16 N’ikindi kandi, ivy’iyo ngabire ya gusa biratandukanye n’ingene ibintu vyagenze kubera wa muntu umwe yacumura+. Kuko igicumuro kimwe catumye abantu batsindwa n’urubanza+, mugabo ingabire Imana yatanze hamaze gukorwa ibicumuro vyinshi yatumye abantu bitwa abagororotsi+.