Abaroma 7:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Na mwebwe rero bavukanyi, biciye ku mubiri wa Kristu, mwarakuweko* amategeko. Ivyo vyabaye kugira mwegukire uwundi muntu+, umwe yazurwa mu bapfuye+ ngo duheze twame ivyamwa bininahaza Imana+.
4 Na mwebwe rero bavukanyi, biciye ku mubiri wa Kristu, mwarakuweko* amategeko. Ivyo vyabaye kugira mwegukire uwundi muntu+, umwe yazurwa mu bapfuye+ ngo duheze twame ivyamwa bininahaza Imana+.