Abaroma 7:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Kuko igihe twabaho duhuza n’umubiri, ivyipfuzo bihengamiye ku gicumuro vyarakora mu mibiri* yacu kugira twame ivyamwa bishikana ku rupfu+. Ivyo vyipfuzo vyagiye ahabona kubera amategeko.
5 Kuko igihe twabaho duhuza n’umubiri, ivyipfuzo bihengamiye ku gicumuro vyarakora mu mibiri* yacu kugira twame ivyamwa bishikana ku rupfu+. Ivyo vyipfuzo vyagiye ahabona kubera amategeko.