Abaroma 7:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Mugabo ubu twarakuweko amategeko+, kubera yuko atakituboshe*. Ivyo vyabaye kugira tube abashumba mu buryo bushasha biciye ku mpwemu+, aho kuba abashumba mu buryo bwa kera biciye ku mategeko yanditse+.
6 Mugabo ubu twarakuweko amategeko+, kubera yuko atakituboshe*. Ivyo vyabaye kugira tube abashumba mu buryo bushasha biciye ku mpwemu+, aho kuba abashumba mu buryo bwa kera biciye ku mategeko yanditse+.