Abaroma 8:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ivyo amategeko atashoboye gukora+ kubera ubugoyagoye+ bw’umubiri wacu*, Imana yarabikoze mu kurungika Umwana wayo bwite+. Yaje afise umubiri usa n’uw’abantu bacumura+ kugira akureho igicumuro. Imana rero yatumye igicumuro gitsindwa mu mubiri, Abaroma Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 8:3 Umunara w’Inderetsi,15/11/2011, rup. 11-12
3 Ivyo amategeko atashoboye gukora+ kubera ubugoyagoye+ bw’umubiri wacu*, Imana yarabikoze mu kurungika Umwana wayo bwite+. Yaje afise umubiri usa n’uw’abantu bacumura+ kugira akureho igicumuro. Imana rero yatumye igicumuro gitsindwa mu mubiri,