Abaroma 8:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Nimba rero turi abana, turi na ba samuragwa. Turi ba samuragwa b’Imana koko, mugabo tukaba abaraganwa+ na Kristu, dukire gusa kubabarana na we+ kugira ngo kandi tuninahazwe hamwe na we+. Abaroma Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 8:17 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 115-116 Umunara w’Inderetsi,1/3/1998, rup. 13 Abahurikiye hamwe, rup. 112-113
17 Nimba rero turi abana, turi na ba samuragwa. Turi ba samuragwa b’Imana koko, mugabo tukaba abaraganwa+ na Kristu, dukire gusa kubabarana na we+ kugira ngo kandi tuninahazwe hamwe na we+.
8:17 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 115-116 Umunara w’Inderetsi,1/3/1998, rup. 13 Abahurikiye hamwe, rup. 112-113