-
Abaroma 8:24Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
24 Igihe twakizwa twararonse ico cizigiro. Mugabo iyo umuntu abonye ico yari yizigiye, ntikiba kikiri icizigiro. None iyo umuntu abona ikintu yobandanya kucizigira gute?
-