Abaroma 8:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Vyongeye, abo yagenye imbere y’igihe+ ni na bo yahamagaye+, abo yahamagaye ni na bo yise abagororotsi+, kandi abo yise abagororotsi ni na bo yaninahaje+.
30 Vyongeye, abo yagenye imbere y’igihe+ ni na bo yahamagaye+, abo yahamagaye ni na bo yise abagororotsi+, kandi abo yise abagororotsi ni na bo yaninahaje+.