Abaroma 8:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Ahantu itatwimye n’Umwana wayo bwite mugabo ikamutanga ku bwacu twese+, izobuzwa n’iki kuduha n’ibindi bintu vyose n’umutima ukunze? Abaroma Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 8:32 Umunara w’Inderetsi,1/11/2001, rup. 9
32 Ahantu itatwimye n’Umwana wayo bwite mugabo ikamutanga ku bwacu twese+, izobuzwa n’iki kuduha n’ibindi bintu vyose n’umutima ukunze?