Abaroma 8:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Ni nde azotuma batsindwa n’urubanza? Nta n’umwe. Kristu Yezu yarabapfiriye, mbere aranazurwa. Ubu ari iburyo bw’Imana+ kandi ni we atakamba ku bwacu+. Abaroma Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 8:34 Umunara w’Inderetsi,1/11/2001, rup. 9
34 Ni nde azotuma batsindwa n’urubanza? Nta n’umwe. Kristu Yezu yarabapfiriye, mbere aranazurwa. Ubu ari iburyo bw’Imana+ kandi ni we atakamba ku bwacu+.