Abaroma 8:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Ni nde azodutandukanya n’urukundo rwa Kristu+? Mbega ni ibigeragezo, amaganya, uruhamo, inzara, kugenda gusa, akaga canke inkota+? Abaroma Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 8:35 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 59 Umunara w’Inderetsi,1/11/2001, rup. 9-10
35 Ni nde azodutandukanya n’urukundo rwa Kristu+? Mbega ni ibigeragezo, amaganya, uruhamo, inzara, kugenda gusa, akaga canke inkota+?