Abaroma 11:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Imana ntiyataye abantu bayo, bamwe yatora* ubwa mbere+. Burya ntimuzi ico icanditswe kivuga ku bijanye na Eliya, igihe yatakambira Imana arega Isirayeli?
2 Imana ntiyataye abantu bayo, bamwe yatora* ubwa mbere+. Burya ntimuzi ico icanditswe kivuga ku bijanye na Eliya, igihe yatakambira Imana arega Isirayeli?