Abaroma 11:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Nimba rero ugutirimuka kwabo kwazaniye isi imihezagiro*, ukugabanuka kwabo na kwo kukazanira imihezagiro abanyamahanga+, hari akantu igitigiri cabo nicuzura!
12 Nimba rero ugutirimuka kwabo kwazaniye isi imihezagiro*, ukugabanuka kwabo na kwo kukazanira imihezagiro abanyamahanga+, hari akantu igitigiri cabo nicuzura!