Abaroma 11:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Mwarigeze kuba mugambararira Imana+, ariko ubu mwaragiriwe imbabazi+ kubera ukugambarara kwabo+.