Abaroma 15:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Na Yesaya avuga ati: «Hazoba umuzi wa Yese+ uzohaguruka ngo uganze amahanga+. Ni we amahanga azokwizigira+.» Abaroma Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 15:12 Umunara w’Inderetsi,1/10/2008, rup. 4-5
12 Na Yesaya avuga ati: «Hazoba umuzi wa Yese+ uzohaguruka ngo uganze amahanga+. Ni we amahanga azokwizigira+.»