Abaroma 16:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Kuko abantu mwene abo atari abashumba b’Umukama wacu Kristu, ahubwo ni abashumba b’ivyipfuzo vyabo*. Bakoresha akarimi gasosa n’amajambo yo gusigana inkore ku maso, kugira baryosharyoshe imitima y’abantu ata co bicura.
18 Kuko abantu mwene abo atari abashumba b’Umukama wacu Kristu, ahubwo ni abashumba b’ivyipfuzo vyabo*. Bakoresha akarimi gasosa n’amajambo yo gusigana inkore ku maso, kugira baryosharyoshe imitima y’abantu ata co bicura.