Abaroma 16:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Gayo+ arabaramutsa. Ni we ampaye indaro, kandi n’ishengero ryose rigirira amakoraniro iwe. Erasito umunyabigega* w’igisagara arabaramutsa, na mwenewabo Kwaruto.
23 Gayo+ arabaramutsa. Ni we ampaye indaro, kandi n’ishengero ryose rigirira amakoraniro iwe. Erasito umunyabigega* w’igisagara arabaramutsa, na mwenewabo Kwaruto.