1 Abakorinto 2:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ahubwo tuvuga ubukerebutsi bw’Imana butekeye mw’ibanga ryeranda+, ubukerebutsi bwanyegejwe, ubwo Imana yateguye kera ibi bihe* bitarabaho, kugira turonke ubuninahazwa. 1 Abakorinto Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:7 Niwiyegereze, rup. 189-198 Umunara w’Inderetsi,15/6/2003, rup. 24-251/6/1997, rup. 27
7 Ahubwo tuvuga ubukerebutsi bw’Imana butekeye mw’ibanga ryeranda+, ubukerebutsi bwanyegejwe, ubwo Imana yateguye kera ibi bihe* bitarabaho, kugira turonke ubuninahazwa.