1 Abakorinto 3:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Biciye ku buntu buhebuje* Imana yangiriye, narashinze umushinge+ nk’umwubatsi akomeye w’umuhanga*, mugabo uwundi muntu ariko arawubakako. Ariko umwe wese nagume araba neza ingene awubakako. 1 Abakorinto Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:10 Umunara w’Inderetsi,1/8/1999, rup. 131/11/1998, rup. 22-24, 28-29
10 Biciye ku buntu buhebuje* Imana yangiriye, narashinze umushinge+ nk’umwubatsi akomeye w’umuhanga*, mugabo uwundi muntu ariko arawubakako. Ariko umwe wese nagume araba neza ingene awubakako.