1 Abakorinto 4:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Kuko, ni nde atuma uba uwutandukanye n’abandi? Mu vy’ukuri, ni igiki ufise utahawe+? None ko wagihawe, kubera iki wirata nk’aho utagihawe?
7 Kuko, ni nde atuma uba uwutandukanye n’abandi? Mu vy’ukuri, ni igiki ufise utahawe+? None ko wagihawe, kubera iki wirata nk’aho utagihawe?