1 Abakorinto 4:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Burya muramaze guhaga? Muramaze kuba abatunzi? Mwaratanguye kuganza+ tutari kumwe? Icompa mukaba mwaratanguye kuganza, ngo natwe tuganze turi kumwe namwe+. 1 Abakorinto Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:8 Umunara w’Inderetsi,15/1/2008, rup. 22
8 Burya muramaze guhaga? Muramaze kuba abatunzi? Mwaratanguye kuganza+ tutari kumwe? Icompa mukaba mwaratanguye kuganza, ngo natwe tuganze turi kumwe namwe+.