1 Abakorinto 6:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Igihe rero hari ibintu vy’ubu buzima mukeneye gutunganirizwa+, kubera iki abantu bakengerwa mw’ishengero ari bo mushinga kuba abacamanza?
4 Igihe rero hari ibintu vy’ubu buzima mukeneye gutunganirizwa+, kubera iki abantu bakengerwa mw’ishengero ari bo mushinga kuba abacamanza?